Uploaded By
VIEW PROFILE
5 Followers
INKUTA By Auda MOWATHY(Lyrics Official)
🌹 Umvirize "INKUTA By Auda MOWATHY(Lyrics Official)":
Indirimbo y’urukundo itazokwibagirana! 🌹
Twiyinjirire mw’isi iryoshe cane y’urukundo rw’ibihe bidahera n’iyi indirimbo nshasha, “INKUTA By Auda MOWATHY(Lyrics Official)”. Iyi ndirimbo ivuga inkuru ikora ku mutima y’abantu babiri bakundana, bunze ubumwe naho hari intambamyi zidashobora gukurwaho zihagaze mu nzira yabo.
Hagati y’ivyo umuryango witega, ubudasa bw’imico kama n’ingorane zo mu buzima bwa misi yose, abo bakundana bahabereye ’intwari barahangana na vyose kugira ngo bibereho bakunda cane nkuko bompi biyumvanamwo. Inkuru yabo ni iyo urukundo rutsinda inkuta zubatswe n’ikibano, rwerekana ko ata kintu gikomeye kuruta umugozi ubahuza imitima yabantu babiri bikundanira vyukuri.
- Release Date:November 30, 2024
- Producer:Auda MOWATHY
- Genre:R&B


0 comments